Kwandika umukozi mushasha
Raba ivyo umukozi yahejeje kwishura
Ibintu bitarishurwa vyandikwa ngaha na Olivier
Ivyo Olivier yanditse bitarishurwa biboneka ngaha.
Nawe wandika ngaha ivyo wowe wishuye
Umwirondoro w`umukozi mushasha :
Igiharuro c`ibanga twaguhaye nikihe?
Izina ryanyu ryi kirundi
Izina ryanyu nv`amakungu
Muri igitsina gore canke igitsina gabo?
Mufise imyaka ingahe yamavuko?
Telefon yanyu
Igihugu mutuyemo citwa gute
Intara mutuyemo yitwa gute?
Kommune mutuyemo yitwa gute?
Umutumba mutuyemo witwa gute?
Izina ryuwurongoye umutumba mubako?
Telefon yumukuru wumutumba wawe
Mwahejeje ishuri rya primeri? ishura ego canke oya.
Mwahejeje ishuri rya sekonderi? ishura ego canke oya.
Mwarigeze gushika kw`ishuri rya univeresite? ishura ego canke oya.