Vyonda ngaha ushaka kuraba transaction numukozi runaka.



Kwandika umukozi mushasha
Raba ivyo umukozi yarishe
Ibikenewe kwishurwa
Kwandika ivyishuwe
Aho wandika amahera yinjiye canke ayasohotse:
kuri nr 0 na nr 9 hasi ibubanfu, wandika kode naguhaye kugira bikunde rapport inshikire.
Ahandi hose uhuzuza ibiharuro nibindi bisabwa aruko ubifise.
Mugihe ntaco ufise wuzuza wandika 0 bisigura ko hose hategerezwa kuzuzwa.




nr0- Igiharuro kiranga umukozi yakiriye canke yatanze amafaranga
nr1- I nr yikibanza kirabwa nayo mafaranga
nr2- Odre yokwishura ayo mahera yoba yahawe kode? nimba ego tanga iyo kode nkigiharuro.
nr3- Itariki yitangwa canke iyakirwa ryayo mafaranga
nr4- Hinjiye amafaranga angahe? Nimba ntayo andika 0
nr5- Hishuwe amafaranga angahe? Nimba atayishuwe andika 0.
nr6- andika telefon zuwo mwahanye ayo mafaranga. Nimba ntayo andika 0.
nr7- Izina ryuwo mwahanye amafaranga ninde?
nr8- Ayo mafaranga yatangiwe ikihe gikorwa mumajambo make nka 3.
nr9- Igiharuro kiranga umukozi atanze uyu mwirondoro
Muhejeje kuzuza vyose rungika mugufyonda kuri rungika